top of page
Kalabu ya Mpira wa Chisomo
%20SMALL.png)
Kulimbikitsa, Kupatsa Mphamvu ndi Kusintha Aphunzitsi ndi Atsogoleri a Khristu
Akademiya y'Abigisha
Murakaza neza kuri Akademiya y’Abigisha. Waba uriko urimenyereza hamwe natwe kugigila mu ube umwigisha yemewe, canke ushaka kwiga ubutumwa kugila mu kubusangize umurwi wawe, kuli uru rubuga urashobora gusanga inyandiko zose uzakenera kugenda mu zigufashe mu myimenyerezo yawe.

Kuri buri nyigisho yanditswe muri izi nyandiko, hari inyongera ijanye n'inyigisho z'ivy'Imana iri musi wayo. Iyo nyongera irimwo ivyanditswe vyo muli Bibiliya bishigikira iyo nyigisho, hamwe n’akarorero kerekana ingene yosirwa mu ngiro n’umumenyereza be n’umugwi wiwe.
bottom of page
